Inama rusangi hagati y'amashirahamwe EAC na SADC ku kibazo ca Repubulika ya Demokarasi ya Congo isaba ko umuhari w'inyeshamba wa M23 n'iyindi mirwi atari ya reta itumirwa mu biganiro vyo gutorera ...
Intumwa ya Amerika Steve Witkoff yabonanye na Vladimir Putin i St Petresburg kuri uyu wa gatanu, mu gihe Donald Trump asaba ashimitse uwo mukuru w'igihugu c'Uburusiya "kugira ico akoze" kw'ihagarikwa ...