Yuriy Glodan yari avuye mu nzu agiye gusuma igihe yumva amakuru y'ikibombe cari gihejeje guturika. Ageze kw'irembo ry'igorofa yabamwo, yaririye abapolisi ngo bamureke yite muri iyo nzu yariko iraka ...
Perezida Volodymyr Zelensky wa Ukraine yasubiye gutakamba asaba ibirwanisho birasa kure be n'ivyo gukingira ikirere, inyuma y'igitero ca misire cahitanye abantu indwi harimwo n'abana babiri. Iki ...